Yari yambwiye ko yize kuri Lycée du Saint Esprit none ahejeje kunsaba ikanzu ngo ya " Bleu piscine " 😭😭
Nciye mpeba ibintu vyinkundo sigwanje🙌🙌😂😂
Kuva ryari kuri IG stories na X basigaye bahaciye yama statut y'impuzu nibirato ? Cnk ndinyuma gato😂😂😂
Can't sait 👑🇧🇮❤
🔥 #KATIKA — MY NEXT RELEASE! 🧊
Muri tayari? 👀🇧🇮🇰🇪
📅 6 November? 👀
📅 13 November? 🔥
📅 20 November? 😏
📅 27 November? 🤔
Twagiyeeee! 🚀🔥
Vania Ice ft. Nviiri The Storyteller 🎶❤️🔥
👑😍😍😍👑
Candidate Nº8 ✨AKIMANA ANNIE NOELLA✨
Pleine de grâce et de caractère, elle se démarque par sa capacité à anticiper. Son leadership naturel repose sur l’écoute et l’action.
#Burundi
#IngoTujane
#MissBurundi2026
Ababizi badufashe🥱🥱🥱
" harimugenzi wumuhunyu twamenyanye tumaranye imyaka vrmt, rero recently yarambajij k nkiri... " 🔞
#CommentsGang🗣
Ndamusaba igikorwa kimwe vyonshobokera, yompa igisirikare akandonsa n'uburyo. Yondonsa abasirikare bampa umutekano akandonsa n'uburyo kugira twigire hamwe ico kibazo
Hariho abana bategura Basi😂😂😂😂😂😂😂
Ndamwimye amahera yanje none ngo
" Baho mbeho , ndakubonye ntumbonye, Isi irazunguruka "
Abakobwa bo kumusaga ubu musigaye mutugirako menaces rero😂😂😂😂
L'enfant du pays🔥🔥🔥
Le vrai Vinicius est finalement du Burundi teapawt.org/AbserBd/status/2104922…
Teddy_dasilva7 retweeted
Si y’a des madrilènes qui cherchent le vrai Vinicius, les gars il est au Burundi, il fait ce qu’il veut carrément 🤯🤯🤯
Ababivuga nuko baravye match imwe gusa sinon Jonathan yama adukura habi is a good goalkeeper ❗❗
Intamba ziradushuhije 😭🔥… mbega why are Burundians saying we need a new goalkeeper👀👀👀 #abatwip is this true?
Quel talent 🔥🔥🔥❤❤❤❤❗❗❗❗
Just Jean Claude things. 😮💨🇧🇮
A stellar finish against Algeria in the #TotalEnergiesAFCON2027 Qualifiers.
None kurya niko abakinyi b'Intamba bari basanzwe bakina nomuma club yabo💀💀💀💀
#intambamurugamba 🇧🇮❤
















