Neva na mukiwe batwara igihugu ca nyuma kw'isi. Nta gitoro, na mahera y'agaciro, nta muyagankuba, nta matara, nta mazi etc....ARIKO bakita abandi imburakimazi. Dudes, look in the mirror π π€£ π
Umuryango wa SE Melchior Ndadaye Bavuga iki ku Rupfu rwiwe? Abandi bo bari bamwegereye nka Gratien Rukindikiza?
Ngo naka akorana na DD. Naka akorera SNR. WTF? π π€£ Let's talk about the elephant in the room .
Igisokozo ca Ngelina ngo kiri kwiha inkumbi mu ba DD - Mu gahotoro, nta n'umwe akingiwe ... youtu.be/KArdZppIhQM?si=bYNcβ¦
Hahaha. Ngo igisokozo cakoze ibara kuri aeroport maze gihitana igihangange ca DD? Akabi gatwenga nk'akeza π π€£ π








